BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
Inkuru iri kw'isonga
Amajwi, Urwanda rwimye agaciro ibihano vya Amerika, Umwanya bimara 2,34
Urwanda rwimye agaciro ibihano vyafashwe na Leta zunze Ubumwe za Amerika kuri umwe mu bategetsi barwo, ruvuga ko ata gaciro bifise kandi ata ngaruka bizogira. Ariko leta ya Kinshasa irabishima
Itohoza rya BBC ryerekanye kompanyi yo mu Buhindi igurisha imiti y'ikiyayuramutwe muri Afrika y'Uburengero
Iyi kompanyi iri mu bucuruzi buriko burica amagara kandi bwonona kazoza k'amamiriyoni y'urwaruka muri Afrika y'Uburengero bwose.
Video, Diane Uwase - Umukobwa ukina umukino utamenyerewe mu Rwanda, Umwanya bimara 1,46
Umwaka ushize, Uwase yahagarariye u Rwanda mu irushanwa nyafurika ry'uyu mukino ryabereye i Kigali.
'Natewe amaraso incuro 36 zose nibungenze'
Urugendo rw'umugwayi wa thalassemia mu gushaka uruvyaro
Twirwaneho yemeje urupfu rwa "General" Michel Rukunda uzwi nka Makanika
Col Makanika ni Umunyamulenge wahoze mu gisirikare cya leta, yakivuyemo mu 2020 atorotse aho yakoreraga muri Walikale, yavuze ko yakivuyemo ngo ajye kurwanira ubwoko bwe.
'Deep Vein Thrombosis': Menya iyi ndwara itumye Wembanyama atazongera gukina iyi 'season' yose
Iyi ndwara yafashe Wembanya mu rutugu rwe rw'iburyo yatumye benshi bifuza kumenya ibyayo, ikiyitera, n'uko yakwirindwa.
Leta ya Amerika yafatiye ibihano Kabarebe na Kanyuka wa M23
Amerika ivuga ko Kabarebe ari we "ugenzura byinshi mu byinjizwa n'u Rwanda na M23 bivuye mu mabuye y'agaciro muri DR Congo". Umuvugizi wa leta y’u Rwanda avuga ko ibihano bidakemura ikibazo.
M23 isatira Uvira: 'Abagabo bacu barahigwa, baguye mu ntambara, tuzobaho gute?'
Abarwanyi ba M23 bakomeje gusotera begereza Kivu y’epfo mu muji wa Uvira, usangiye urubibe n’Uburundi, kuva bafashe umuji wa Bukavu mu mpera z’indwi ishize. Ni co gice ca mbere kinini leta ya Congo itakaje kuva umuji wa Goma wigaruriwe n’abo barwanyi mu mpoera z ukwezi kwa mbere.
Benshi bashigikiye Zelensky inyuma yo kwitwa na Trump umutegetsi atatowe
Bishitse mu gihe abategetsi b'i Buraya bavuga ko abasikare badashika 30.000 bashobora kurungikwa muri Ukraine nka kimwe mu vyoba biri mu masezerano y'amahoro.
Mu nama y'umutekano ku isi ya ONU: Ni iki DR Congo, u Rwanda n'u Burundi bavuze?
Abahagarariye ibihugu muri iyi nama yateraniye i New York, bavuze aho ibihugu byabo bihagaze mu kugerageza gukemura ikibazo.
'Abasuma bivye umusaraba w'umukobwa wanje n'uwa mama - incuro zibiri'
Imva mu gisagara ca Morogoro muri Tanzania zirageramiwe n'abasuma biba imisaraba y’ivyuma kugira ngo baje kuyigurisha ku bagura ivyuma bishaje
''Trump ari mw'isi y'amakuru yo kuyovya''- Zelensky
Mu kiganiro, umukuru wa Ukraine Volodymyr Zelensky yerekanye ibintu vyinshi badahurizako na Donald Trump wa Amerika avuga ko abeshwa n'Uburusiya.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Igisirikare c'Uburundi kirahakana ko catahukanye ingabo zaco ziri muri RD Congo
Jenerali de Brigade Gaspard Baratuza avugira igisirikare c'Uburundi arahakana aya makuru yanditswe na Reuters, akavuga ko ari "fakenews".
Uvira: Ituze ryagarutse nyuma y'imirwano ya FARDC na Wazalendo
Amakuru atandukanye avuga ko abarwanyi ba M23 bakomeje kumanuka bava i Bukavu basatira umujyi wa Uvira, ibyo aba barwanyi bo bataremeza.
Uko Abirabura b'Abanyamerika barimo kugaruka muri Afurika gutura ku nkomoko yabo
Gupima ADN ibisubizo bigasuzumwa ku bantu bo muri Afurika mu gushakisha inkomoko, byongereye umubare w’abirabura muri Amerika bashaka kumenya ibisekuru byabo, naho bakomoka na bene wabo bari muri Afurika.
Flooding the zone: Menya uno mukenyuro wa Trump n'ico yiteze gushikako ?
Perezida Donald Trump wa Amerika ariko ashira mu ngiro imigambi yiwe ku muvuduko udasanzwe, ivyo abahinga bavuga ko ari kimwe mu buryo bwo kuzimiza abamunegura. Si ubwa mbere akora ivyo, none vyoba bizomerera?
'Nasuye Besigye, amaze iminsi 5 atarya, uko amerewe birababaje' – Umugore we Winnie Byanyima
Byanyima yavuze ko kugira ngo agere aho Besigye afungiye yafunguriwe inzugi esheshatu cyangwa zirindwi, kandi yabwiwe ko aho afungiye hashyirwa abashinjwa iterabwoba.
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Video
Ibiganiro bya radiyo
Imikino
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango