Jump to content

Ubudagi

Kuva Wikipedia
Ikarata y'Ubudagi
Ibendera ry' Ubudagi

Ubudagi ni igihugu kimwe mubihugu vyinshi bigize umugabane w'Uburaya.

Berlin ni umurwa mukuru wiki gihugu.

Ubudagi kikaba arico gihugu cambere ca koronije uburundi guhera mu mwaka w'igihumbi n'amajana umunani na mirongo umunani 1884-1885, aho ubudagi bwari buronse Uburundi, Urwanda hamwe na Tanganyika.

Uburinganire: ibirometero kwadarato 357.386

Abanyagihugu: 83.149.300 (2019)

Ukurundana: Abantu 233 ku kirometero kwadarato

Icitiro: Umudagi, umudagikazi.