Jump to content

Ubudagi: Ubutandukane hagati y'isubirwamwo

Kuva Wikipedia
Gukosora ivyanditswe
t Ferdinand IF99 moved page Ubudage to Ubudagi over redirect
(Nta tandukano)

Isubirwamwo nka 19:02, 1 Ntwarante 2022

Ubudagi
Ibendera ry' Ubudagi

Ubudagi n’igihugu kimwe mubihugu vyinshi bigize umugabane wa buraya.

Berlin ni umurwa mukuru wiki gihugu.

Ubudagi kikaba arico gihugu cambere ca koronije uburundi guhera mu mwaka 1884-1885, aho ubudagi bwari buronse Uburundi, Urwanda hamwe na Tanganyika.

Uburinganire: ibirometero kwadarato 357.386

Abanyagihugu: 83.149.300 (2019)

Ukurundana: Abantu 233 ku kirometero kwadarato

Icitiro: Umudagi, umudagikazi