Jump to content

Ubudagi: Ubutandukane hagati y'isubirwamwo

Kuva Wikipedia
Content deleted Content added
t Kwongerako
Amaparati: Visual edit Mobile edit Mobile web edit
Gushirako utuzitizo
Amaparati: Visual edit Mobile edit Mobile web edit
 
(Isubirwamwo 20 muri rusangi n'uwukoresha umwe ntizerekanwe)
Umurongo 5: Umurongo 5:
[[Berlin]] ni umurwa mukuru wiki gihugu.
[[Berlin]] ni umurwa mukuru wiki gihugu.

'''[https://www.evaneos.fr/burundi/voyage/informations-pratiques/11855-histoire-du-burundi/ Ubudagi]''' kikaba arico gihugu cambere ca koronije uburundi guhera mu mwaka w'igihumbi kimwe n'amajana umunani na mirongo umunani na kane ushira umwaka w'igihumbi kimwe n'amajana umunani na mirongo umunani na gatanu (1884-1885), aho ubudagi bwari buronse '''Uburundi, Urwanda''' hamwe na '''Tanganyika.'''
'''[https://www.evaneos.fr/burundi/voyage/informations-pratiques/11855-histoire-du-burundi/ Ubudagi]''' kikaba arico gihugu cambere ca koronije uburundi guhera mu mwaka w'igihumbi kimwe n'amajana umunani na mirongo umunani na kane ushira umwaka w'igihumbi kimwe n'amajana umunani na mirongo umunani na gatanu (1884-1885), aho ubudagi bwari buronse '''Uburundi, Urwanda''' hamwe na '''Tanganyika''' ( Ubu yitwa Tansaniya).

Uburinganire: ibirometero kwadarato 357.386
Uburinganire: ibirometero kwadarato ibihumbi amajana atatu na mirongo itanu n'indwi n'amajana atatu na mirongo umunani na bitandatu (357.386km²)

Abanyagihugu: imiliyoni mirongo umunani na zitatu n'ibihumbi ijana na mirongo ine n'icenda n'amajana atatu (83.149.300hab) mumwaka w'ibihumbi bibiri na cumi n'icenda (2019)
Abanyagihugu: 83.149.300 (2019)

Ukurundana: Abantu 233 ku kirometero kwadarato
Ukurundana: Abantu amajana abiri na mirongo itatu na batatu ku kirometero kwadarato (233/km²).

Icitiro: Umudagi, umudagikazi.
Icitiro: Umudagi, umudagikazi.

Isubirwamwo ryanyuma ryo kuwa 13:44, 18 Mukakaro 2024

Ikarata y'Ubudagi
Ibendera ry' Ubudagi

Ubudagi ni igihugu kimwe mubihugu vyinshi bigize umugabane w'Uburaya.

Berlin ni umurwa mukuru wiki gihugu.

Ubudagi kikaba arico gihugu cambere ca koronije uburundi guhera mu mwaka w'igihumbi kimwe n'amajana umunani na mirongo umunani na kane ushira umwaka w'igihumbi kimwe n'amajana umunani na mirongo umunani na gatanu (1884-1885), aho ubudagi bwari buronse Uburundi, Urwanda hamwe na Tanganyika ( Ubu yitwa Tansaniya).